Ivyakozwe 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ko hari haciye igihe kitari gito kandi ico gihe kugendera ku mazi bikaba vyarimwo akaga kuko n’ukwisonzesha kw’umusi w’impongano*+ kwari kwamaze kurengana, Paulo atanga iciyumviro,
9 Kubera ko hari haciye igihe kitari gito kandi ico gihe kugendera ku mazi bikaba vyarimwo akaga kuko n’ukwisonzesha kw’umusi w’impongano*+ kwari kwamaze kurengana, Paulo atanga iciyumviro,