2 Ngoma 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ivyo bikimara kumushira mu marushwa+, atakambira* Yehova Imana yiwe+ kandi aguma yicisha bugufi+ cane imbere y’Imana ya ba sekuruza biwe.
12 Ivyo bikimara kumushira mu marushwa+, atakambira* Yehova Imana yiwe+ kandi aguma yicisha bugufi+ cane imbere y’Imana ya ba sekuruza biwe.