Yeremiya 36:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.
26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.