2 Ngoma 34:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Shafani umunyamabanga abandanya kumenyesha umwami ati: “Hari igitabu+ Hilikiya umuherezi yampaye+.” Nuko Shafani atangura gusomera imbere y’umwami ibiri muri ico gitabu+.
18 Shafani umunyamabanga abandanya kumenyesha umwami ati: “Hari igitabu+ Hilikiya umuherezi yampaye+.” Nuko Shafani atangura gusomera imbere y’umwami ibiri muri ico gitabu+.