Yeremiya 36:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yehudi akimara gusoma impapuro* zitatu canke zine, umwami aca atangura kuwutabuza imbugita y’umunyamabanga, aza arawuta mu muriro wari mu mbabura gushika nya muzingo wose urangiriye mu muriro wari muri nya mbabura+.
23 Yehudi akimara gusoma impapuro* zitatu canke zine, umwami aca atangura kuwutabuza imbugita y’umunyamabanga, aza arawuta mu muriro wari mu mbabura gushika nya muzingo wose urangiriye mu muriro wari muri nya mbabura+.