2 Abami 24:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna. 1 Ngoma 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu.
18 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna.
15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu.