Ezekiyeli 17:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo amaherezo aramugarariza+ mu gutuma intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo imuhe amafarasi+ be n’igisata c’abantu isinzi. Mbega azororanirwa? Mbega azocika kw’icumu, uwukora ivyo kandi akaba yarenze isezerano? Mbega vy’ukuri azocika kw’icumu+?’
15 Mugabo amaherezo aramugarariza+ mu gutuma intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo imuhe amafarasi+ be n’igisata c’abantu isinzi. Mbega azororanirwa? Mbega azocika kw’icumu, uwukora ivyo kandi akaba yarenze isezerano? Mbega vy’ukuri azocika kw’icumu+?’