Yeremiya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’
9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’