Yeremiya 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’ Yeremiya 45:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo wewe, uguma wironderera ibintu bihambaye+. Ntugume ubirondera+.”’ “‘Kuko ehe ngira nzane icago ku kiri n’umubiri cose+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzoguha kunyaga amagara yawe aho uzoja hose+.’”
9 Uwuzoguma muri iki gisagara azokwicwa n’inkota n’ikigoyi be n’ikiza+; mugabo uwuzosohoka akishikana koko ku Bakaludaya babasugereje azobandanya kubaho, kandi azonyaga amagara yiwe+.”’
5 Mugabo wewe, uguma wironderera ibintu bihambaye+. Ntugume ubirondera+.”’ “‘Kuko ehe ngira nzane icago ku kiri n’umubiri cose+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzoguha kunyaga amagara yawe aho uzoja hose+.’”