Itanguriro 37:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 hanyuma baramufata bamujugunyira muri nya cobo c’amazi+. Ico gihe nya cobo caragaragara; nta mazi yari muri co. Zaburi 109:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Banyishura ikibi ku ciza+,N’urwanko ku rukundo rwanje+. Gucura intimba 3:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Banumirije ubuzima bwanje mu kinogo+, kandi baguma bantera amabuye.
24 hanyuma baramufata bamujugunyira muri nya cobo c’amazi+. Ico gihe nya cobo caragaragara; nta mazi yari muri co.