Yeremiya 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati:
21 Ijambo+ ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Umwami Zedekiya+ yamutumako Pashuri+ mwene Malikiya na Zefaniya+ mwene Mayaseya, umuherezi, ngo bamubwire bati: