Yeremiya 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Nzokurokora ngukure mu kuboko kw’ababi+, kandi nzogucungura ngukure mu kiganza c’abatwaza umukazo.” Yeremiya 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.
21 “Nzokurokora ngukure mu kuboko kw’ababi+, kandi nzogucungura ngukure mu kiganza c’abatwaza umukazo.”
24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.