Yeremiya 39:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko abaganwa bose b’umwami wa Babiloni barinjira, bicara mw’Irembo ryo Hagati+, ari bo Nerigali-sharezeri, Samugari-nebo, Sarisekimu, Rabusarisi*, Nerigali-sharezeri Rabumagi* n’abaganwa bose b’umwami wa Babiloni basigaye.
3 Nuko abaganwa bose b’umwami wa Babiloni barinjira, bicara mw’Irembo ryo Hagati+, ari bo Nerigali-sharezeri, Samugari-nebo, Sarisekimu, Rabusarisi*, Nerigali-sharezeri Rabumagi* n’abaganwa bose b’umwami wa Babiloni basigaye.