2 Ngoma 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati: Yeremiya 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.
20 Maze umwami ategeka Hilikiya+ na Ahikamu+ mwene Shafani na Abudoni mwene Mika na Shafani+ umunyamabanga+ na Asaya+ umusuku w’umwami, ati:
24 Vyongeye, ukuboko kwa Ahikamu+ mwene Shafani+ kwari kumwe na Yeremiya, kugira ngo ntatangwe mu kuboko kw’abantu ngo yicwe+.