2 Ngoma 36:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+. Daniyeli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.
21 kugira ngo ashitse ijambo rya Yehova ryavuzwe n’akanwa ka Yeremiya+, gushika igihugu cishuye amasabato yaco+. Imisi yose camaze ari umusaka, carubahiriza isabato, kugira gishitse imyaka mirongo irindwi+.
12 Nuko ashitsa amajambo yayo yari yaratuvuzeko+ twe n’abacamanza bacu baducira imanza+, atuzanako ivyago bikomeye, ku buryo munsi y’amajuru yose ata vyahagiriwe nk’ivyagiriwe i Yeruzalemu+.