7 Abababonye bose barabarokeje+, kandi abarwanizi babo bavuze+ bati: ‘Ntituzokwagirwa n’icaha+, kuko bacumuye kuri Yehova, we hantu ho kuba h’ubugororotsi+ akaba n’icizigiro ca ba sekuruza babo+, egome, Yehova.’”
11 Abo muri Isirayeli bose barahonyanze itegeko ryawe; twarakebeje mu kutagamburukira ijwi ryawe+, bituma udusukako wa muvumo na ya ndahiro+ yanditswe mw’itegeko rya Musa wa musavyi w’Imana y’ukuri, kuko twayicumuyeko.