Gusubira mu vyagezwe 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu. Yeremiya 39:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.
13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu.
10 Mugabo bamwe mu bantu, abantu batobato ata co bari bafise, Nebuzaradani umukuru w’abacungera ubuzima abarekera mu gihugu ca Yuda+; uwo musi atangura kubaha imirima y’imizabibu n’ibikorwa vy’agahato+.