Imigani 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.
3 Umunyabwenge ni uwubonye ivyago akihisha+, mugabo abantu batazi utuntu n’utundi bararengana bakabwirizwa kwibonerako+.