2 Samweli 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abishayi+ mwene Zeruwiya aca aza kumutabara+ maze agarika nya Mufilisitiya, aramwica. Ico gihe, ingabo za Dawidi ziramurahira ziti: “Ntukongere gusohokana natwe mu rugamba+, kugira ngo ntuzimye+ itara+ rya Isirayeli!”
17 Abishayi+ mwene Zeruwiya aca aza kumutabara+ maze agarika nya Mufilisitiya, aramwica. Ico gihe, ingabo za Dawidi ziramurahira ziti: “Ntukongere gusohokana natwe mu rugamba+, kugira ngo ntuzimye+ itara+ rya Isirayeli!”