ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mugabo Shetani+ yishura Yehova ati: “Urukoba rukabwa urundi, kandi ivyo umuntu afise vyose yobitanga ku bw’ubuzima bwiwe+.

  • Imigani 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Incungu y’ubuzima bw’umuntu ni ubutunzi bwiwe+, mugabo ntahonikora ntiyumvise uguhambarirwa+.

  • Umusiguzi 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko ubukerebutsi bukingira+ umuntu nk’uko amahera akingira umuntu+; mugabo akarusho k’ubumenyi ni uko ubukerebutsi buzigamira ubuzima benebwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika