Itanguriro 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Gutyo Rasheli arapfa maze ahambwa ku nzira ija muri Efurata, ni ukuvuga Betelehemu+. Abacamanza 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho. 1 Ngoma 2:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Saluma se wa Betelehemu+, Harefu se wa Beti-gaderi.
7 Kandi i Betelehemu+ muri Yuda hari umusore wo mu muryango wa Yuda, akaba yari Umulewi+. Yari amaze igihe gito aba ng’aho.