Yeremiya 41:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.
2 Ishimayeli mwene Netaniya na nya bagabo cumi bari kumwe na we barahaguruka rero, bicisha inkota Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu mwene Shafani+. Gutyo yica uwo umwami wa Babiloni yari yajeje kuganza igihugu+.