Yeremiya 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+. Yeremiya 40:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nayo Yohanani+ mwene Kareya+ n’abakuru bose b’inteko za gisirikare bari mu misozi+, baza kuri Gedaliya i Mizipa. Yeremiya 41:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma, Yohanani+ mwene Kareya n’abakuru bose b’inteko za gisirikare+ bari kumwe na we bumva ikibi cose Ishimayeli mwene Netaniya yari yakoze.
8 Baza rero kuri Gedaliya i Mizipa, ari bo Ishimayeli+ mwene Netaniya, na Yohanani+ na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanihumeti, na bene Efayi Umunyanetofa+, na Yezaniya+ umuhungu w’Umumayakati+, bo hamwe n’ingabo zabo+.
13 Nayo Yohanani+ mwene Kareya+ n’abakuru bose b’inteko za gisirikare bari mu misozi+, baza kuri Gedaliya i Mizipa.
11 Mu nyuma, Yohanani+ mwene Kareya n’abakuru bose b’inteko za gisirikare+ bari kumwe na we bumva ikibi cose Ishimayeli mwene Netaniya yari yakoze.