Yeremiya 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona.
2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona.