Yeremiya 36:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+. Yeremiya 45:1 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati:
26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.
45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati: