Yeremiya 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ndagowe+ mawe we, kuko wanyibarutse, jewe umuntu yama mu mitongano, umuntu yama mu mishihano n’isi yose+. Sinatanze ingurane, kandi nta ngurane bampaye. Bose bahamagarira akabi kuri jewe+.
10 Ndagowe+ mawe we, kuko wanyibarutse, jewe umuntu yama mu mitongano, umuntu yama mu mishihano n’isi yose+. Sinatanze ingurane, kandi nta ngurane bampaye. Bose bahamagarira akabi kuri jewe+.