Yeremiya 8:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Intuntu idashobora kuvūrwa iranshwaye+. Umutima wanje urarwaye.