2 Abami 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Baca barahaguruka, barahunga mu mwiza w’akagoroba+, basiga amahema yabo n’amafarasi yabo+ n’indogobwa zabo—ikambi uko yakabaye—, babandanya guhunga kugira ngo banyage amagara+.
7 Baca barahaguruka, barahunga mu mwiza w’akagoroba+, basiga amahema yabo n’amafarasi yabo+ n’indogobwa zabo—ikambi uko yakabaye—, babandanya guhunga kugira ngo banyage amagara+.