2 Abami 24:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwami wa Misiri ntiyongera+ rero gusohoka avuye mu gihugu ciwe+, kuko umwami wa Babiloni yari yaratwaye ibintu vy’umwami wa Misiri+, kuva ku mwonga+ wa Misiri gushika ku ruzi Efurate+. Yesaya 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi benshi muri bo ntibazobura gutsitara no kugwa, bavunagurike; bazofatwa n’umutego, bacakirwe+.
7 Umwami wa Misiri ntiyongera+ rero gusohoka avuye mu gihugu ciwe+, kuko umwami wa Babiloni yari yaratwaye ibintu vy’umwami wa Misiri+, kuva ku mwonga+ wa Misiri gushika ku ruzi Efurate+.
15 Kandi benshi muri bo ntibazobura gutsitara no kugwa, bavunagurike; bazofatwa n’umutego, bacakirwe+.