ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mizirayimu+ yavyaye Ludimu+ na Anamimu na Lehabimu na Nafituhimu+

  • 1 Ngoma 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nayo Mizirayimu, avyara Ludimu+ na Anamimu na Lehabimu na Nafituhimu+

  • Yesaya 66:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Nzoshira ikimenyetso hagati yabo+, bamwe mu bacitse kw’icumu ndabarungike mu mahanga+: i Tarushishi+, i Puli n’i Ludi+ mu bafozi b’umuheto, Tubali na Yavani+, amazinga ya kure+, abatumvise inkuru zinyerekeye canke ngo babone ubuninahazwa bwanje+; kandi ntibazobura kuvuga ubuninahazwa bwanje mu mahanga+.

  • Ezekiyeli 30:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Etiyopiya+ na Puti+ na Ludi be n’uruvange rw’abantu rwose+ na Kubi na ben’igihugu c’isezerano, bazogwa hamwe na bo bagwishijwe n’inkota+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika