ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 14:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Boroga, wa rembo we! Semerera wa gisagara we! Emwe, uzovunika umutima wewe wese, ewe Filisitiya! Kuko umwotsi uriko uzanana mu buraruko, kandi nta n’umwe akurwa mu ngabo ziwe zitonze imirongo+.”

  • Yeremiya 25:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;

  • Amosi 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi i Ashidodi+ nzoharandura uwuhaba, n’i Ashikeloni+ ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; nzogarukana ukuboko kwanje+ kuri Ekuroni+, kandi abasigaye bo mu Bafilisitiya bazoyogera ata kabuza+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.’

  • Zefaniya 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Baragowe ababa mu karere k’ikiyaga, ihanga ry’Abakereti+! Ijambo rya Yehova ni mwebwe rirwanya. Ewe Kanani, wewe gihugu c’Abafilisitiya, na wewe nzokurandura ntihagire uwukubamwo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika