Yeremiya 25:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+; Zakariya 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ashikeloni azobibona atinye; nayo Gaza, azokwumva ububabare bukaze; na Ekuroni+, kuko ico yari ahanze amaso+ kitazobura kumaramara. Kandi umwami ntazobura kuzimangana i Gaza, Ashikeloni na we nta bantu bazoba muri we+.
20 n’uruvange rwose rw’abantu, n’abami bose b’igihugu ca Uzu+, n’abami bose b’igihugu c’Abafilisitiya+ na Ashikeloni+ na Gaza+ na Ekuroni+ n’amasigarira ya Ashidodi+;
5 Ashikeloni azobibona atinye; nayo Gaza, azokwumva ububabare bukaze; na Ekuroni+, kuko ico yari ahanze amaso+ kitazobura kumaramara. Kandi umwami ntazobura kuzimangana i Gaza, Ashikeloni na we nta bantu bazoba muri we+.