Gusubira mu vyagezwe 32:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+. Ezekiyeli 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ubwire ubutaka bwa Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, kandi nzosokora inkota yanje mu rwubati+ rwayo, ndandure iwawe umugororotsi n’umubisha+.
41 Ninaramuka nkarihije inkota yanje ica ibibatsi+,Kandi ukuboko kwanje kukifatira mu minwe urubanza+,Nzokwihora abarwanizi banje+Mpembe abanyanka bimwe bikaze+.
3 Ubwire ubutaka bwa Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, kandi nzosokora inkota yanje mu rwubati+ rwayo, ndandure iwawe umugororotsi n’umubisha+.