Yosuwa 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 na Kiriyatayimu+ na Sibuma+ na Zereti-shahari ku musozi wo mu kiyaya co hasi, Ezekiyeli 25:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 ngira rero nugurure umumanuko wa Mowabu ku bisagara, ku bisagara vyaho gushika ku mupaka waho, ikirezi c’ico gihugu, Beti-yeshimoti+, Bayali-meyoni+, gushika n’i Kiriyatayimu+,
9 ngira rero nugurure umumanuko wa Mowabu ku bisagara, ku bisagara vyaho gushika ku mupaka waho, ikirezi c’ico gihugu, Beti-yeshimoti+, Bayali-meyoni+, gushika n’i Kiriyatayimu+,