Yesaya 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”
14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”