ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uragowe Mowabu! Ntimuzobura kuzimangana, yemwe bantu ba Kemoshi+!

      Ntazobura gutanga abahungu biwe nk’abarokotse, n’abakobwa biwe ngo bagirwe imbohe ku mwami w’Abamori, Sihoni.

  • Abacamanza 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mbega uwo wese Kemoshi+ imana yawe itumye womora, si we womora? Kandi umuntu wese Yehova Imana yacu yomoye imbere yacu, ni we tuzokwomora+.

  • 1 Abami 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ico gihe ni ho Salomo yatangura kwubakira ikibanza gikirurutse+ Kemoshi+ ikintu gisesemye+ ca Mowabu ku musozi+ wari imbere+ ya Yeruzalemu, na Moleki ikintu gisesemye ca bene Amoni.

  • 2 Abami 23:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ibibanza bikirurutse vyari imbere+ ya Yeruzalemu, ivyari iburyo bw’Umusozi w’Uguhonya, ivyo Salomo+ umwami wa Isirayeli yari yarubakiye Ashitoreti+ ca kintu gisesemye c’Abanyasidoni na Kemoshi+ ca kintu gisesemye ca Mowabu na Milikomu+ ca kintu giteye ishishi ca bene Amoni, umwami abigira ibitabereye ku bw’ugusenga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika