Yesaya 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.” Yeremiya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze.
14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”
8 Umunyazi azoza ku gisagara kimwekimwe cose+, kandi nta gisagara na kimwe kizocika kw’icumu+. Ikiyaya co hasi kizoyogera ata kabuza, intara ishashe na yo izimanganywe, ni ko Yehova avuze.