Yesaya 47:1 Bibiliya y’isi nshasha 47 Manuka wicare mu mukungugu+, ewe mukobwa w’isugi wa Babiloni+! Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+! Kuko batazokwongera kukwita uworohewe n’uwadibamye+. Yeremiya 46:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.
47 Manuka wicare mu mukungugu+, ewe mukobwa w’isugi wa Babiloni+! Icara hasi ahatagira intebe y’ubwami+, ewe mukobwa w’Abakaludaya+! Kuko batazokwongera kukwita uworohewe n’uwadibamye+.
19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+.