Amosi 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nanje nzorungika umuriro muri Mowabu, urigate iminara yo kubamwo y’i Keriyoti+; kandi Mowabu azopfira mu rwamo, bibe havuga ikimenyetso c’ukugabisha, humvikana ijwi ry’inzamba+.
2 Nanje nzorungika umuriro muri Mowabu, urigate iminara yo kubamwo y’i Keriyoti+; kandi Mowabu azopfira mu rwamo, bibe havuga ikimenyetso c’ukugabisha, humvikana ijwi ry’inzamba+.