Yesaya 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko mbere n’ibivi* cumi+ vy’umurima w’imizabibu bizovamwo ingero imwe gusa ya bati*+, n’ingero imwe ya homeri* y’imbuto ikavamwo ingero imwe gusa ya efa*+. Yesaya 7:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ahantu hose hahora imizabibu igihumbi iciye ibice igihumbi vy’ifeza+, hazoba, emwe, hazoba ah’ibisaka vy’amahwa n’ah’ivyatsi bibi+.
10 Kuko mbere n’ibivi* cumi+ vy’umurima w’imizabibu bizovamwo ingero imwe gusa ya bati*+, n’ingero imwe ya homeri* y’imbuto ikavamwo ingero imwe gusa ya efa*+.
23 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: ahantu hose hahora imizabibu igihumbi iciye ibice igihumbi vy’ifeza+, hazoba, emwe, hazoba ah’ibisaka vy’amahwa n’ah’ivyatsi bibi+.