Gusubira mu vyagezwe 28:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 “Yehova azoguhagurukiriza ihanga rya kure+, rivuye ku mpera y’isi, nka kurya inkona ishunguruka kunyahura ikintu+, ihanga rivuga ururimi utumva+, Gucura intimba 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abadukurikirana banyarutse kurusha inkona zo mu kirere+.Badukurikiranye ku misozi barakaye+. Batubundiye+ mu gahinga. Hoseya 8:1 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Shira inzamba ku munwa+! Hari uwuje nk’inkona+ gutera inzu ya Yehova, kuko bahonyanze isezerano ryanje+, bakarenga kw’itegeko ryanje+. Habakuki 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.
49 “Yehova azoguhagurukiriza ihanga rya kure+, rivuye ku mpera y’isi, nka kurya inkona ishunguruka kunyahura ikintu+, ihanga rivuga ururimi utumva+,
19 Abadukurikirana banyarutse kurusha inkona zo mu kirere+.Badukurikiranye ku misozi barakaye+. Batubundiye+ mu gahinga.
8 “Shira inzamba ku munwa+! Hari uwuje nk’inkona+ gutera inzu ya Yehova, kuko bahonyanze isezerano ryanje+, bakarenga kw’itegeko ryanje+.
8 Amafarasi yaryo anyaruka kurusha ingwe, kandi arakaze kurusha amabingira yo ku mugoroba+. Amafarasi yaryo y’imbangutsi yadidaguye ibinono hasi, kandi amafarasi yaryo y’imbangutsi ava kure. Aguruka nk’inkona yihutira kurya ikintu+.