ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 21:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Kuko Heshiboni cari igisagara ca Sihoni+. Uno yari umwami w’Abamori+, kandi ni we yarwanye n’umwami wa Mowabu kera, agakura igihugu ciwe cose mu kuboko kwiwe gushika kuri Arunoni+.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 “Maze turi mu gahinga ka Kedemoti+ ntuma intumwa kuri Sihoni+ umwami wa Heshiboni, zijanye amajambo y’amahoro+, nti:

  • Yosuwa 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 n’ibisagara vyose vyo mu mataba+ n’akarere k’ubwami kose ka Sihoni umwami w’Abamori, uwaganza i Heshiboni+, uwo Musa yakubise+, hamwe n’abakuru ba Midiyani, Evi na Rekemu na Zuri na Huru na Reba+, bakaba bari abatware bo hasi ba Sihoni baba muri ico gihugu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika