Yeremiya 46:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.
26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.