2 Ngoma 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.” Zaburi 101:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.
9 Kuko Yehova amaso yiwe+ anyuragira mw’isi yose+ kugira ngo yerekane inkomezi ziwe ku bw’abafise umutima+ ukwiye kuri we. Wakoze ivy’ubupfu+ muri ivyo, kuko kuva ubu hazobaho intambara zo kukurwanya+.”
6 Amaso yanje ari ku bizigirwa bo kw’isi+,Kugira ngo babane nanje+.Uwugenda ata mahinyu+,Uwo ni we azonkorera+.