Yeremiya 25:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli ambwiye: “Tora iki gikombe c’umuvinyu w’ubushangashirwe mu kuboko kwanje, maze ukinyweshe amahanga yose ngutumyeko+. Yeremiya 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko ntora nya gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yari yantumyeko+, Yeremiya 25:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze nibanka gutora nya gikombe mu kuboko kwawe ngo banywe, uzoce ubabwira uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ntimugenda mutanyoye+. Gucura intimba 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+. Obadiya 16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko uko mwanywereye ku musozi wanje mweranda, ari ko amahanga yose azokwama anywa+. Azonywa koko agotomere, amere nk’ayatigeze kubaho.
15 Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli ambwiye: “Tora iki gikombe c’umuvinyu w’ubushangashirwe mu kuboko kwanje, maze ukinyweshe amahanga yose ngutumyeko+.
17 Nuko ntora nya gikombe mu kuboko kwa Yehova hanyuma ndakinywesha amahanga yose Yehova yari yantumyeko+,
28 Maze nibanka gutora nya gikombe mu kuboko kwawe ngo banywe, uzoce ubabwira uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ntimugenda mutanyoye+.
21 Niwigine kandi unezerwe+, ewe mukobwa wa Edomu+, wewe uba mu gihugu ca Uzu+.Na wewe nyene igikombe kizogushikira+. Uzoborerwa, werekane ubwambure bwawe+.
16 Kuko uko mwanywereye ku musozi wanje mweranda, ari ko amahanga yose azokwama anywa+. Azonywa koko agotomere, amere nk’ayatigeze kubaho.