15 Ico ni ca gisagara c’akanyamuneza ntangere, cahora ciyicariye mu mutekano+, kimwe cahora kivuga mu mutima waco ngo: ‘Ni jewe, nta wundi ariho+.’ Ewe kuntu gicitse akajoreza, aho ibikoko vyo mw’ishamba vyigaramangira! Uwuzoca iruhande yaco wese azovuza agahwa, azunze ukuboko+.”