Kuvayo 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+. Zaburi 89:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko, ni nde mu majuru yogereranywa na Yehova+?Ni nde yosa na Yehova mu bana b’Imana+? Zaburi 113:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni nde ameze nka Yehova Imana yacu+,We yibera iyo hejuru+?
11 Ni nde mu mana ameze nkawe ga Yehova+?Ni nde ameze nkawe, wewe werekana ko ukomeye mu bweranda+? Uwo gutinya+ no gushemeza mu ndirimbo+, Uwukora ibitangaza+.