Zaburi 33:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+. Imigani 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Imigambi yo mu mutima w’umuntu ni myinshi+, mugabo impanuro ya Yehova ni yo izorama+. Yesaya 46:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’; Ivyakozwe 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 kugira ngo bakore ibintu vyose ukuboko kwawe n’inama yawe vyari vyaragenye imbere y’igihe ko bizoba+.
11 Inama ya Yehova izorama gushika igihe kitagira urugero+;Ivyiyumviro vy’umutima wiwe bigumaho iyaruka rimwe inyuma y’irindi+.
10 ndi Umwe kuva mu ntango ahishura iherezo+, kuva kera agahishura ibintu bitarakorwa+; Umwe avuga ati: ‘Impanuro yanje izorama+, kandi ibimpimbara vyose nzobikora+’;
28 kugira ngo bakore ibintu vyose ukuboko kwawe n’inama yawe vyari vyaragenye imbere y’igihe ko bizoba+.