Yeremiya 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nzobasanzariza mu mahanga bo ubwabo canke ba se batamenye+, kandi nzorungika inkota inyuma yabo gushika ndabatikije+.’
16 nzobasanzariza mu mahanga bo ubwabo canke ba se batamenye+, kandi nzorungika inkota inyuma yabo gushika ndabatikije+.’