Daniyeli 8:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.
2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+.